Génocide, Kirundi, Uncategorized Mbe koko ubwo ikiringo ca gatatu nticari gihishije ayandi mabi menshi cndd fdd yari yarateguye? Ico kiringo nticoba cabaye imbarutso gusa? Abahagurutse bakagwanya bivuye inyuma ico kiringo ca gatatu, boba bakiri kuri urwo rugamba? Boba baradebukiwe canke boba bariko barazuyaza gusa kubera ico kiringo caheze? Hokogwa iki kugira abarundi basubire kuba mu gihugu kigengwa n’amategeko; uwuyahonyanze agahanwa aho kuninahazwa? Share this:TwitterFacebookWordPress:J’aime chargement… Articles similaires Publié par URN HITAMWONEZA Union for the Rebirth of the Nation Voir tous les articles par URN HITAMWONEZA