Tubashikiriza intahe z’abagabo babiri bababajwe n’ihonyabwoko ryakorewe abatutsi muri 93, abahutu barica abo mu miryango yabo , bobo bararokoka mu buryo butangaje. Ntibigeze boroherwa kuko aho haziye mandat ya 3 y’umuhisi Petero Nkurunziza basubira guhunga, none n’ubu baracagorewe mu buhungiro.

Continuer de lire Tubashikiriza intahe z’abagabo babiri bababajwe n’ihonyabwoko ryakorewe abatutsi muri 93, abahutu barica abo mu miryango yabo , bobo bararokoka mu buryo butangaje. Ntibigeze boroherwa kuko aho haziye mandat ya 3 y’umuhisi Petero Nkurunziza basubira guhunga, none n’ubu baracagorewe mu buhungiro.

Uno munsi twashimye kugaruka ku magume yagiye arashikira igihugu cacu mu mwaka ya 1965 na 1972, turabire hamwe ingene inzego z’umutekano zubatswe, abari bazigize n’igituma zari zubatswe kuri ubwo buryo. Ni mu ntumbero yo kurabira hamwe uruhara zagize muri ivyo vyago vyashikiye igihugu cacu, eka no mu gutabara igihugu mu bihe bimwe bimwe.

Continuer de lire Uno munsi twashimye kugaruka ku magume yagiye arashikira igihugu cacu mu mwaka ya 1965 na 1972, turabire hamwe ingene inzego z’umutekano zubatswe, abari bazigize n’igituma zari zubatswe kuri ubwo buryo. Ni mu ntumbero yo kurabira hamwe uruhara zagize muri ivyo vyago vyashikiye igihugu cacu, eka no mu gutabara igihugu mu bihe bimwe bimwe.

Mbe koko ubwo ikiringo ca gatatu nticari gihishije ayandi mabi menshi cndd fdd yari yarateguye? Ico kiringo nticoba cabaye imbarutso gusa? Abahagurutse bakagwanya bivuye inyuma ico kiringo ca gatatu, boba bakiri kuri urwo rugamba? Boba baradebukiwe canke boba bariko barazuyaza gusa kubera ico kiringo caheze? Hokogwa iki kugira abarundi basubire kuba mu gihugu kigengwa n’amategeko; uwuyahonyanze agahanwa aho kuninahazwa?

Continuer de lire Mbe koko ubwo ikiringo ca gatatu nticari gihishije ayandi mabi menshi cndd fdd yari yarateguye? Ico kiringo nticoba cabaye imbarutso gusa? Abahagurutse bakagwanya bivuye inyuma ico kiringo ca gatatu, boba bakiri kuri urwo rugamba? Boba baradebukiwe canke boba bariko barazuyaza gusa kubera ico kiringo caheze? Hokogwa iki kugira abarundi basubire kuba mu gihugu kigengwa n’amategeko; uwuyahonyanze agahanwa aho kuninahazwa?